资讯

Ibohero rya Gitega rifise ubushobozi bwo gupfunga abantu 400, ryari ripfungiwemwo abanyororo 1.539 gushika mu kwa 11 uyu mwaka, nk'uko bishikirizwa na ACAT-Burundi, Ishirahamwe ryo kurwanya ...
Ku wa mbere, izo ntumwa za Gitega zabonaniye ku murwa mukuru w'Urwanda, Kigali, n'abaserukira impunzi z'abarundi baba mu bisagara bitandukanye vy'ico gihugu. "Ubutumwa [twari] dufise ni uko reta y ...