Mu gace kitwa Gahahe muri komine Ntahangwa mu mujyi wa Bujumbura igisasu cya grenade ... Umuvugizi w'igipolisi cy'u Burundi yabwiye abanyamakuru mu Burundi ko hagati ya saa mbiri na saa tatu ...
Abagendesha amapikipiki, amakinga n'ama-tuktuk/bajaj bavuga ko bagiye gukora bahomba, ni inyuma y'aho umushikiranganji w'intwaro yo hagati, umutekano n'iterambere rusangi yaraye atangaje ingingo ...