Ibi birego vyateje umwijima (igicuucu mu Kinyarwanda) ku ruhara rw’imirwi yivanga mu bikorwa vy’inama nshingamateka ya Bulaya. Muri ino ndwi niho hari hategekanijwe ko haba amatora mu nama ...