Abo mu muryango wiwe bari bakoraniye imuhira iwe. Hari hashize iminsi ibiri umukobwa wiwe Makaziwe Mandela, avuze ko Mandela akomeza kwifata rugabo n'ubwo amagara amukitse. Bwana Mandela yari ...